Abana bane muri buri bana batanu ku isi bafite hagati y'imyaka 11 na 17 ntabwo bakora imyitozo ngororangingo ihagije, nkuko bikubiye mu isesengura rya mbere ryatangajwe ryo muri ubu bwoko. Ishami ...
Insiguro y'isanamu, Umwana w'umuhungu wa Rebecca yamwambuwe nijoro. Ati: "Nizera ko umunsi umwe azagaruka". 16 Ukw'icumi na rimwe 2020 Abana baribwa bakajyanwa ku isoko rya magendu aho bagurishwa.
Iyo mu muryango havutse umwana, incuti n'abagenzi bitwararika kuja kuraba umwana mu misi ya mbere. Ariko woba uzi uburuhe uburuhe be n'ukuzazanirwa abo bavyeyi baba barimo mu misi ya mbere.